Ingene umuntu yokwivanamwo ivyo gupima COVID-19 (How to self-collect a COVID-19 swab)
An information sheet, in Kirundi, about how to self-collect a COVID-19 swab if you are asked to by a doctor, testing clinic or collection centre.

Downloads
Ingene umuntu yokwivanamwo ivyo gupima COVID-19 (How to self-collect a COVID-19 swab)
We aim to provide documents in an accessible format. If you're having problems using a document with your accessibility tools, please contact us for help.
Ibi bikwereka ingene ushobora gukoresha ivyavuye muri wewe kugira ngo uronke icufatirako kivuye mu muhogo wawe hamwe no mu zuru kigaca gipimwa. Utegerezwa kwifata ugakoresha ivyo vyavuye muri wewe igihe conyene ubisabwe na muganga, canke ivuriro ripima iyo ngwara canke ikigo cegeranya ivyo vyavuye mu bantu kugira ngo bisuzumwe.
Ishirahamwe rijejwe gusuzuma amagara y’abantu ryo mu gihugu (PHLN) ni ryo ryateguye ritunganya uyu muyobora kugira ngo ugufashe.